"Tuzogumana"
— 演唱 El Pro
“Tuzogumana”是在唱片公司“El Pro”的官方频道18 十一月 2023上发布的布隆迪上演唱的歌曲。发现有关“Tuzogumana”的独家信息。查找 Tuzogumana 的歌词、翻译和歌曲事实。根据互联网上的一条信息,收入和净资产是由赞助商和其他来源累积的。“Tuzogumana”这首歌在已编译的音乐排行榜中出现了多少次?“Tuzogumana”是一个著名的音乐视频,在热门排行榜上占据一席之地,例如前 100 布隆迪 首歌曲、前 40 布隆迪 首歌曲等。
|
Download New Songs
Listen & stream |
|

"Tuzogumana" 事实
“Tuzogumana”在 YouTube 上的总观看次数达到了 430.8K 次,点赞次数达到了 16.9K 次。
这首歌已在 18/11/2023 上提交,并在排行榜上停留了 78 周。
音乐视频的原始名称是“EL PRO - TUZOGUMANA ( OFFICIAL VISUALISER)”。
“Tuzogumana”已在 Youtube 上的 18/11/2023 15:00:43 发布。
"Tuzogumana" 歌词、作曲家、唱片公司
#Tuzogumana #Elpro #Burundi
Audio by Ivan Pro
Video by HG Created
follow me on
Instagram :
Facebook :
Tiktok :
Snap chat :
Lyrics
...........
Twahuriye muvyiza amatar'asayangana wanziye nkurukiza
Ese tuzogumana nico kibazo kiza
Bae nico kibazo kwaka kanya nshaka kukubaza
.Ese unsanze atanurwasha kumufuko Tuzogumana ?
Usanze ntokurihirigisuko Tuzogumana ?
Usanze mar'isogonda nkinkoko Tuzogumana ?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana ?
.unkundiramajambo meza nkubarira arikushitse munzu siyo nzokugaburira
Iyurikumwe nanje ubon'isi ari paradizo
Utazi kubukene bwangizimbw'itagirumurizo
.usanz'i gettho yanj'idasakaye Tuzogumana ?
Usanzabana hanze naravyaye Tuzogumana ?
Usanze wamugera ndawurwaye Tuzogumana ?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana
.mfis'amakenga menshi
Yo kugumana nawe
Kuko duhura ntagase nkaguhisha ko ngowe
Bury'uzonyita chérie umusi waburaye ?
Ntavyera ngo de nshaka kumenyahongwaye.
.nkubu bameneye ibanga abajama Tuzogumana ?
Ukumva ko nahora ndigisuma Tuzogumana ?
Ciba impene kigashora inyama Tuzogumana ?
Canke iyo saha nyene uzoca unyihakana?
.ibaze usanze ntunz'iboka imwe nkiniga
Ntuzivyubukene wocugirango ndaroga
Iyuvuze kunkunda
Nugushika ryari ntegurumutima wanj'ugiye sinze nryimihari
.ibaze nkubu usanze ngwaye munda Tuzogumana ?
Ingwarituma nsoba mugitanda Tuzogumana ?
Ibaze nryamye nkagona nkihonda Tuzogumana ?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana
.mfis'ibibazo vyinshi mumutima.
Mfis'ingorane nyishi naciyemwo mubuzima
Ndarwana njimber'isikansubizinyuma
Mbwira nawe nimbutazohavunyigarama
.nibakubwira kera ko nasara Tuzogumana ?
Nagenda mpeneribarabara Tuzogumana ?
Amano yuzuy'ibinyamugera Tuzogumana ?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana ?
.unkundutazi kahise kanje hanini
Haraho nibaza ko nzohava nkuterisoni
Umpebunsige nzwiragira nkicana cinyoni
Utumivyurukundo ndabifata nkumugani
.ndakuraba uvuze nguzonkunda ukwondi kwose
Iyo naje kugusomesha mumodoka y'umuboss
Nari nkikuresha Ubu narakuronse
Kukugumana niho ntazahazov'iyo chance
.Ko ntahijor'iyo nanyoyihoro Tuzogumana ?
Unsomyugasanga nukubugoro Tuzogumana ?
Nkinyipica nkaja mwibohero Tuzogumana ?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana ?
.Nivyo ndasenga ariko ndakinibisanga
Budasigura yuko nzogusiga mugahinga
Nshaka wiyumvire ntupfe kunyishura
Ntupfe kunyemerer'ivyutazigera unkorera
.mpinduy'izina ryanje nkitwa dede Tuzogumana ?
Munda nkaza ndambaribidede Tuzogumana ?
Kugira nryinoti yaba pédé Tuzogumana ?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana ?
.Ndi Bad boy ariko nshaka kwubaka
Umutima wanje s'ibuye ninyam'urakomereka
Ugar'amaso gato ndafise ico nkwereka
Tuzoguman'emera nimbutazigeruhemuka
*Mambaaaa*